letras.top
a b c d e f g h i j k l m n o p q r s t u v w x y z 0 1 2 3 4 5 6 7 8 9 #

letra de umubabaro - sat-b

Loading...

verse 1: vyarangiye nti tukiri k-mwe
ivyo nivyo nib-n-ra
padiri aravyemeje yuko
yuko bose bompi bagiye kubana
mumahirwe nomumagogwa 
ntiyigeze ansezera ntiyegeze ampa n’akabayi
namusanze kuri mont sioni kuri misa yunamye
agiye kwambikwa impeta na wa muntu wiwe
gentleman , uwo wise gentleman niwe ahagaritse indoto zacu
mbega nigiki ntigeze nkora ?
kuko nihagaze ko
nry’umutima amenyo ngo mpfe nk-mugabo
nsanga natakaje uwo nakunda kurusha
i don’t believe

chorus: sinigeze menya yuko vyogera aha
canke menye yuko jewe nawe vyoshika tukankana
tukankana
ibibazo vyinshi twarabiciyemwo
ariko tukabandanya twihanganirana
habaye iki

hook: twapfuye agakosa gato
agakosa gato uragakomeza
bimpereza m’umubabaro

verse 2: iyaba bishoboka nari kwihindura
nkinjira mu mubiri w’uwagutwaye
nkaguha ka ka bizou ntigeze nguha
nkagukorera n’ivyo ntigeze nkora

oya nta rw-nko ! oya ntarw-nko !
nzo kwama nkusengera ku mana rugira
bize bigende neza , wubake rugume
ivyo ntigeze nkukorera basi azotume abigukorera

i’m sorry niba n0ba naragukoshereje
inkovu zinsig-yemwo ni nini kuruta
uraberewe mwikanzu y’ubugeni
wewe musore wakunzwe nawe wa nk-mi wakunzwe
niwaronka uwugukunda mubungabunge ntumwicuze

chorus: sinigeze menya yuko vyogera aha
canke menye yuko jewe nawe vyoshika tukankana
tukankana
ibibazo vyinshi twarabiciyemwo
ariko tukabandanya twihanganirana
habaye iki

hook: twapfuye agakosa gato
agakosa gato uragakomeza
bimpereza m’umubabaro

letras aleatórias

MAIS ACESSADOS

Loading...