letras.top
a b c d e f g h i j k l m n o p q r s t u v w x y z 0 1 2 3 4 5 6 7 8 9 #

letra de kidding - sat-b

Loading...

mfise amakuru, ufise ukuntu
utuma abantu bahengama ibikanu
utagize ico uvuga
how do you do that?
bantera story, ufise umupfumu
aguha uburozi buri uwuguteye imboni
wese akabona usa
nka mama jesus

hook:
ibi sindabivuga nkomeje
don’t take it serious
you my heaven delivery
you look naturally ndabivuga ntasoni (x2)
chorus:
i was just kidding
(nturoga)
i was just kidding
(ntucoma)
i was just kidding
(ntuwikoroga)
kuko ubwiza ufise bwo nindemanwa (x2)

pre-chorus:
n’iyo woba ubikora uramaze
yeeeh uramaze, yeeh uramaze
yeeeh uramaze
ubundi
n’iyo woba ubikora uramaze
yeeeh uramaze, yeeh uramaze
yeeeh uramaze
verse 2:
none wakoze amakuru
wateje n’induru
some people getting rude
they talk about you
(aaahhn oooh yeeh aaaaah)
somеtimes niho niyumva
i am also confused
nigute ur’umutuzo
mubintu vyosе tu oooh yeh
(no no no no no)
icobikoze rata sinkubesha
(noooo)
nakubuzeko ikosa
i know how good just you are
mba ndi kugucokoza aaah

hook:
ibi sindabivuga nkomeje
don’t take it serious
you my heaven delivery
you look naturaly mbivuga ntasoni (x2)
chorus:
i was just kidding
(nturoga)
i was just kidding
(ntucoma)
i was just kidding
(ntuwikora)
kuko ubwiza ufise nindemanwa (x2)
pre-chorus:
n’iyo woba ubikora uramaze
yeeeh uramaze, yeeh uramaze
yeeeh uramaze
ubundi
n’iyo woba ubikora uramaze
yeeeh uramaze, yeeh uramaze
yeeeh uramaze

letras aleatórias

MAIS ACESSADOS

Loading...