letras.top
a b c d e f g h i j k l m n o p q r s t u v w x y z 0 1 2 3 4 5 6 7 8 9 #

letra de izina - sat-b

Loading...

chorus:
kwubaka izina vyaramfashe inguvu nyishi
kwubaka izina vyarafashe umwanya mwinshi
kwubaka izina vyaramfashe inguvu nyishi
umwanya mwinshi
inguvu nyishi ntaga ibimazi (x2)

verse 1:
twari turi benshi twari turi umuyoro
muri uru rugendo urugendo rwiziranenge
gucika intege vyari umuziro
vyatuma udashika kwihangiro
hashirwa imbere babiri gusa abandi bafatwa nka zero
ndabash-tse imbere bakansuzugura kubera ukuntu nasaga
ngira ama concert mukanyosha no k-musaga
mpuye n’aba bolayi amakofe akambera icayi
ngo nzanye iki mw’i quaritiye atari ubuyuwayi
nkorana inguvu nkorana umurava
nikura mugasuzuguro
umwana w’uwuntu yama yipfuza
kwama akubonye mumubabaro
mwezi gisabo yagwanye aragwana
akagwanira imbibe z’igihugu
ba maconco baramurwanya yeah
reka tubane uko biri kwose tuzinanye
umweranda kw’isi y’ubu ntawukiriho
jewe ico nzi n’umwenegihugu yaraciye akenge
n’umwana avuka avukana ubwenge
nk’umwana womwisomero rya gatandatu 6

hook:
in this year! in this year! in this year i will burn their a$$
in this year! in this year!
in this year i will put them fire!

chorus:
kwubaka izina vyaramfashe inguvu nyishi
kwubaka izina vyarafashe umwanya mwinshi
kwubaka izina vyaramfashe inguvu nyishi
umwanya mwinshi
inguvu nyishi ntaga ibimazi (x2)

verse 2
n-gga listen now, tell them that i’m here
n-gga u know i’m not afraid, i’m very sure on myself
simuogopi binadam mimi, namuokopa mungu peke
utake usinitake, niteke nikukwepe
bavuga sindi umusirimu
iconzi umugabo n’urucumu
twigereranya n’abazimu
twabaye ba mwenda wazimu
najewe sije nabizanye
nakuze mbona abantu bagenda
bagwana bagenda bashwana
bagenda bacanacanamwo

wewe unkurira, nyigisha neza
ivyo uzokora nivyo nanje nzokora
nyereka neza akarorero keza
yacunsunura reka mbege weeee
abayahudi bamutwara yezu kwa pirato
twandikire dusinyire tumubambe
pirato afata ikaramu arandika
ashirako uruk-mu ati yesu
umwami w’abayuda n’abambwe
abayuda babibonye bati yewe pirato
wihenze wari kwandika uwiyitirira
umwami w’abayuda
pirato aravyanka ati oya jewe sisinyura
umwana w’imana bamukorera ikibi
kibishe

hook:
in this year! in this year! in this year i will burn their a$$
in this year! in this year!
in this year i will put them fire!

chorus:
kwubaka izina vyaramfashe inguvu nyishi
kwubaka izina vyarafashe umwanya mwinshi
kwubaka izina vyaramfashe inguvu nyishi
umwanya mwinshi
inguvu nyishi ntaga ibimazi (x2)

letras aleatórias

MAIS ACESSADOS

Loading...