letra de ikiza - pazzos bi
ngaho, cuídense, pay atention, fanya hange
ivyaduka vyarateye, keba na yo
hakuna dawa et il y a pas de vaccin
de sida y coronavirus, ¡vete coronavirus!
ntamukuru kandi ntamuto, imbere yayo bose barangana
dutinye ico kiza kitubaha, cateye hano iwacu k-mitumba
kija mumakomine cak’indarooo, waja muma province ukagisang-yo
kirabangamiye kino gihugu cacu, ek’isi yose kiraturembeje
ngaho, cuídense, pay atention, fanya hange
ivyaduka vyarateye, keba na yo
hakuna dawa et il y a pas de vaccin
de sida y coronavirus, ¡vete coronavirus!
abantu burya natwe turagoye, twikwegera imbеre y’urupfu ho bigoye
baraduhanura ukuntu twokwirinda, natwe tuazibira amatwi yacu
sida uyanduyе ntaho wivuza, coronavirus yoyo irarandura
ic’usabwa ni gupimisha ubuzima bwawe, twugare tubizibirireko
ngaho, cuídense, pay atention, fanya hange
ivyaduka vyarateye, keba na yo
hakuna dawa et il y a pas de vaccin
de sida y coronavirus, ¡vete coronavirus!
abantu ahubona ntiboroheje, bapimisha sida amaso yabo
babony’ukirutswe na malaria, ngo urya yaramaze kwandura agakoko
duhebe insaku no
gutwariranir’umunwa, tuvuge ivyo twitondeye kandi tuzi
sida yaje kugira abana bene imana
impfuvyi, coronavirus yo ni ikirimbuzi
ngaho, cuídense, pay atention, fanya hange
ivyaduka vyarateye, keba na yo
hakuna dawa et il y a pas de vaccin
de sida y coronavirus, ¡vete coronavirus!
abantu burya natwe nyene turagoye
twikwegera imbere y’urupfu, ho bigoye
ndirimba mbahanura ukuntu, twoyirwanya
nteg’amatwi utibaza kurik’ utumwanya
irinde guc’inyuma y’umufasha, wawe
koresha ivyuma rwawe k-mubiri, wawe
komeza wipimish’uraba ubuzima, bwawe
twugare kandi tukizibirireko …
ngaho, cuídense, pay atention, fanya hange
ivyaduka vyarateye, keba na yo
hakuna dawa et il y a pas de vaccin
de sida y coronavirus, ¡vete coronavirus!
ngaho, cuídense, pay atention, fanya hange
ivyaduka vyarateye, keba na yo
hakuna dawa et il y a pas de vaccin
de sida y coronavirus, ¡vete coronavirus!
letras aleatórias
- carroll thompson › letra de when we are as one - carroll thompson
- vigilance › letra de fear inside - vigilance
- toohlie › letra de i'm him - toohlie
- brent faiyaz › letra de worth it - brent faiyaz
- frxzbie › letra de kül - frxzbie
- lia kapp › letra de one more shot (disappear) - lia kapp
- hbz pazoo schalldicht › letra de geisterbahn - hbz, pazoo & schalldicht
- gengen › letra de shofuso - gengen
- хайд hyde mj › letra de 16 проблем (16 problems) - хайд (hyde mj)
- redman › letra de brick city codeine - redman