letra de biya gang - 19th
(hook)
biya gang(x7)
nasomye mw’ibibero
ubu nwa casier zine
biya gang(x7)
bari ni ghetto
turi calme
(verse)
reka ntegure akajwi ouuu
nawe utegure amatwi ndakuzunguruke
muri speed nawe undunguruke
niwambona ndagufungure uce
ufata akavoyage munda
ugume ugera kure nce ndekura beer nkunda
ugeze mu ngidi nce mpaguruka
unkubitiye abajumeaux naho umbona nguruka
akazi karagoye ariko jewe nguma nkora
nryama ntevye abandi bariko bagoyagoya
nje ndi mvp yo nsohotse murakoma
yo ngiye ahabona munyegera mu gakona n-gga please
yibomye cane yibonye acarimwa urupara
nidroze cane nitonze nsinezwe amagara
yiyayuye aca aririra ibintu vyose agaba
wiyumvire uze wumve ibibera kwi ligala
(hook)
biya gang(x7)
nasomye mw’ibibero
ubu nwa casier zine
biya gang(x7)
bari ni ghetto
turi calme
letras aleatórias
- tonight im prince › letra de purple rain - tonight i'm prince
- arianne › letra de eu toco o céu - arianne
- gucci mane › letra de intro: f*** 12 - gucci mane
- princess chelsea › letra de come as you are - princess chelsea
- robin stjernberg › letra de rain - robin stjernberg
- martin garrix feat dawn golden › letra de sun is never going down - martin garrix feat. dawn golden
- mc bomber › letra de effektivepromo - mc bomber
- jesse jagz › letra de boom - jesse jagz
- sphectacula dj naves feat zain sa › letra de i do, i do - sphectacula & dj naves feat. zain sa
- too hort › letra de top down (part ii) - too $hort