letra de garukira igiti - pazzos bi
garukira igiti murundi, tubungabunge amashamba
y’akamaro kanini mu gihugu cacu, dukingire ibidukikije

igiti burya ni ngirakamaro, kidufitiye akamaro kanini
naho dutako tukabirenga, kiradufasha ibintu vyinshi
tekereza witegereze hano, imana ikunda abarundi
igihugu cacu yo kiratatse n’ivyiza vy’ibiti vyacu
mu kwubaka (yoyoyo), igiti kiduteza agateka
inzugi ziri k-mazu, ni ivyiza vy’uburundi
amadirisha ameza meza meza, ni ivyiza vy’uburundi
garukira igiti murundi, tubungabunge amashamba
y’akamaro kanini mu gihugu cacu, dukingire ibidukikije
garukira igiti murundi, tubungabunge amashamba
y’akamaro kanini mu gihugu cacu, dukingire ibidukikije
murundi murundi kazi, nitwiteho gutera ibiti
twikingire rino zuba, turonderere isi imvura
mu gukingira ino si yacu, igiti burya kiradufasha
nureke gusamara wewe utabona akamaro kaco
ni ngira akamaro (yoyoyo) nivyo usangana ivyamwa
igiti ni ngirakamaro, kidufasha muri vyinshi
mugukingira isi ukugadagurika, kidufasha muri vyinshi
garukira igiti murundi, tubungabunge amashamba
y’akamaro kanini mu gihugu cacu, dukingire ibidukikije
garukira igiti murundi, tubungabunge amashamba
y’akamaro kanini mu gihugu cacu, dukingire ibidukikije
uteme igiti wiyubara, tukironderere agateka
teme igiti uteye ibindi bibiri dutake igihugu cacu
dusonere ubuzima bwaco, tukironderere agateka
muntu uriko utema igiti ntiwibagare akaranga
k’abo hambere (yoyoyo) ko gutyorora uburundi
murundi murundikazi, igiti burya ni ngirakamaro
rwaruka burundi bw’ejo, igiti burya ni ngira kamaro
garukira igiti murundi, tubungabunge amashamba
y’akamaro kanini mu gihugu cacu, dukingire ibidukikije
garukira igiti murundi, tubungabunge amashamba
y’akamaro kanini mu gihugu cacu, dukingire ibidukikije
garukira igiti murundi, tubungabunge amashamba
y’akamaro kanini mu gihugu cacu, dukingire ibidukikije
garukira igiti murundi, tubungabunge amashamba
y’akamaro kanini mu gihugu cacu, dukingire ibidukikije
letras aleatórias
- letra de walking street - xlarge records
- letra de absolute power - molly nilsson
- letra de kingdom hearts - juzzzyyyy
- letra de 好いとっと (suitotto) - misia
- letra de いとしのギーモ (itoshi no giimo) - 大原櫻子 (sakurako ohara)
- letra de crazy room - tinsters
- letra de scusa sono un disastro - lildombaby
- letra de sword art! - kennedyxoxo
- letra de цветок (flower) - frexzzinhearth
- letra de love v. logic - jp saxe