letra de nzobaho - faush-official
ishoboy faush baby
sorry agic pacci
ayo boy
vers 1:
all member umbwira yukunkunda
nkanka ariko ukaguma u forsinga
ndakubwira yuko nidakunda
nemeye kowanteye agahinda
wahora umbwira kuri baby unkingira
ivyonzokora vyose uzobisangera
none raba wahisamwo kwigira
everyday everynight everything everything everynight
misiyose ubwira yuko uzonkunda none raba ntakibazo
everyday everynight everything everything everynight
misiyose ubwira yuko uzonkunda none raba ntakibazo
chorus:
ndashaka imana impane ndashaka imana impanee ndashaka imana impanure kweli imana impane gukundana nawewe ndabicek-mugani ndashaka nitahire mpaze niryamire nanje nzobaho nukuri nzobaho nzobaho nukuri nzobaho
vers2
wanyeretse mouve murukundo ntazi koharimw urugendo umpendesha kwari urugendo nasanze indani harimwo ubufindo abagenzi bakambona bavuga ko tutangana ngo jenawe turahendana …………
letras aleatórias
- letra de but i love ya - leroyce
- letra de el sonido de tu amor - beto cuevas
- letra de der test - schobert & black
- letra de a lei - ≈ belize ≈
- letra de slowa - the violet burning
- letra de lil negus - jeremiah craft
- letra de maybe in another world - runway crimes
- letra de scrum 2 - killa fonic
- letra de reason for dreaming - the happy fits
- letra de red dead redention - zarcort