
letra de reka reka - don caïman
intro:
ladies and gentlemen
tugiy muri vyabihe aho uwuvuz ukuri azohanwa
ariko uwukoresheje ikinyoma agahayagizwa
bazokubwira
toute vérité n’est pas bonne à dire
baturemyemwo ubwoba muri ub’ubuzima
tubayemwo kugira bashobore kudu controla…
the biggest fear in life is fear
second upvoices intro:
it’s d o n
nduwimana
glory to god(gtg)
streetology
churus:
reka reka reka reka ivyisi mbona vyuzuyemwo amabanga
har’akobwa bigiz’abagabo ibintu bikomeje no kuducanga
isi irashashaje, isi iragwaye, ikeneye n’umuganga
oooh my gosh, ooh my god, weh eeeh
reka reka reka reka ivyisi mbona vyuzuyemwo amabanga
har’abahungu bigiz’abagore ibintu bikomеje no kuducanga
isi irashashaje isi iragwaye ikеneye n’umuganga
oooh my gosh ooh my god weh eeeh
verse:
it’s so impressive ingene inkende zisimbasimba
mukirere intamba zikaguruka
mumaz’ifi zigatambatamba, mwi quartier abantu naho bakarogana
hagufashanya bagasamburiranira, hagusangira bagateterezanya
twirukira kazoza nako katwibagiza nkubu, ibitariho bizoza umwanya wawe k-mbure si ubu
iyobizoca hose ai is the future
guerre mediatique elon musk arara ntibuca
the world is beautiful kiretse abantu bayicafuza faux
new level keshi izanana na new devil
haibo bakosora imana bahindura gender
ubwenge bukwanse buraguhenda
inkono ikosoye umubumvyi, oya reka nubuhumvyi
uwigereranya ntiyikunda ahubwo biter’agahinda
oooooh
churus :
“reka reka reka reka ivyisi mbona vyuzuyemwo amabanga
har’akobwa bigizabagabo ibintu bikomeje no kuducanga
isi irashashaje isi iragwaye ikeneye n’umuganga
oooh my gosh, ooh my god weh eeeh
reka reka reka reka ivyisi mbona vyuzuyemwo amabanga
har’abahungu bigiz’abagore ibintu bikomeje no kuducanga
isi irashashaje isi iragwaye ikeneye n’umuganga
oooh my gosh ooh my god weh eeeh
outro:
vyose turavyemerewe ariko si vyose bidufitiye akamaro
we got some qualities that we’re not even proud of
be proud of who you are, trust in yourself
ntampamvu yokwigira umuhungu kandi imana yakuremye urumukobwa
ntanimpamvu yokwigira umukobwa kandi imana yakuremye urumuhungu
letras aleatórias
- letra de pozniej - grubvs
- letra de ain't seen nothing yet - the chisel
- letra de sakrifice - rebel kid shini
- letra de alter weißer mann - mike krüger
- letra de right now - kishin
- letra de katherine - ethan regan
- letra de люблю :3 (love) - dexey!
- letra de slam my head against the wall - glaive
- letra de #b4thestorm - twinnjrr!
- letra de we sleep on borrowed time - the charlatans